Yeremiya 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Aho ndabiboneye, kuko Isirayeli w’umuhemu yari yararenze ibigo, ndamwirukana+ kandi ndamuha icete c’ukwahukana na we buhere+, yamara mwene wabo w’umuhemu Yuda ntiyatinye, mugabo na we nyene atangura kuja gukora ubumaraya+.
8 Aho ndabiboneye, kuko Isirayeli w’umuhemu yari yararenze ibigo, ndamwirukana+ kandi ndamuha icete c’ukwahukana na we buhere+, yamara mwene wabo w’umuhemu Yuda ntiyatinye, mugabo na we nyene atangura kuja gukora ubumaraya+.