ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 24:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 “Umugabo niyatwara umugore akamugira uwiwe, hanyuma bigashika ntagire ubutoni mu maso ya nya mugabo kuko yamubonyeko ikintu kitabereye+, aze amwandikire icete c’ukwahukana+ agishire mu kuboko kwiwe, aheze amwirukane mu nzu yiwe+.

  • Yesaya 50:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 50 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Kiri hehe none icete c’ukwahukana+ ca nyoko wanyu, uwo nirukanye+? Canke, ni nde mu bo mperaniye nabagurishijeko+? Raba! Amakosa yanyu+ ni yo yatumye mugurishwa, kandi ibigabitanyo vyanyu ni vyo vyatumye nyoko wanyu yirukanwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika