ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 21:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Ni ukuri, nta n’umwe yabaye nka Ahabu+, uwihebeye gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova, ari na we Yezebeli+ umugore wiwe yasutse+.

  • 2 Abami 17:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 kandi babandanya gucisha abahungu babo n’abakobwa babo mu muriro+ no kuragura+ no kurondera ibimenyetso bitara ibizoba+, kandi baguma bigurisha+ kugira ngo bakore ivyari bibi mu maso ya Yehova, ngo bamubabaze+.

  • Yesaya 59:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Oya, ahubwo amakosa yanyu ni yo yabaye ibibatandukanya n’Imana yanyu+, kandi ibicumuro vyanyu ni vyo vyatumye muhishwa mu maso hayo ngo ntiyumve+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika