ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 1:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Ewe kuntu igisagara cari icizigirwa+ cacitse maraya+! Cari cuzuye ubutungane+; ubugororotsi ubwabwo bwahora buba muri co+, ariko ubu haba abicanyi+.

  • Ezekiyeli 23:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ni co catumye ndamutanga mu kuboko kw’abamukunda urukundo rukaze+, mu kuboko kwa bene Ashuri, abo yari yagiriye inambu ikomeye+.

  • Hoseya 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nimuburanye nyoko wanyu+; nimumuburanye, kuko atari umugore wanje+ nanje nkaba ntari umugabo wiwe+. Abwirizwa gukura ubusambanyi bwiwe imbere yiwe, n’ukurenga ibigo kwiwe hagati y’amabere yiwe+,

  • Hoseya 9:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Ububisha bwabo bwose bwari i Gilugali+, kuko aho ari ho vyabaye ngombwa ko ndabankira+. Kubera ububi bw’ibikorwa vyabo nzobirukana mu nzu yanje+. Sinzobandanya kubakunda+. Abaganwa babo bose ni intagondwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika