ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Hoseya 4:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Naho wewe ukora ubusambanyi, ewe Isirayeli+, Yuda ntiyagirwe n’icaha+; ntimuze i Gilugali+, canke ngo muduge i Beti-aveni+ canke ngo murahire muti: ‘Turahiye ukubaho kwa Yehova+!’

  • Hoseya 12:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “I Gileyadi habonetse ivy’amageza+ be n’ivy’ububeshi+. I Gilugali bashikanye amashūri+. Vyongeye, ibicaniro vyabo bimeze nk’ibirundo vy’amabuye mu mirongo y’ubusizi yo mu mirima+.

  • Amosi 5:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ntimurondere Beteli+, kandi ntimuje i Gilugali+, kandi ntimujabuke ngo muje i Beyeri-sheba+; kuko Gilugali itazobura kuja mu bunyagano+; nayo Beteli, izocika ikintu c’ivy’amageza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika