Yona 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze Yona arahaguruka, ava imbere ya Yehova+ ahungira i Tarushishi+; amaherezo amanuka i Yopa+, abona imeri ija i Tarushishi. Nuko ariha itike, amanuka muri yo kugira ajane n’abari muri yo i Tarushishi ave imbere ya Yehova. Matayo 26:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Yigiye imbere gatoyi, yubarara hasi, arasenga+ ati: “Dawe, nimba bishoboka, iki gikombe+ nikindengane. Yamara ntibibe nk’uko jewe ngomba+, mugabo bibe nk’uko wewe ugomba+.” Abafilipi 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 N’ikiruta ivyo, igihe yasanga ameze nk’umuntu+, yaricishije bugufi, aragamburuka gushika no ku rupfu+, egome, urupfu rwo ku giti co kubabarizwako+.
3 Maze Yona arahaguruka, ava imbere ya Yehova+ ahungira i Tarushishi+; amaherezo amanuka i Yopa+, abona imeri ija i Tarushishi. Nuko ariha itike, amanuka muri yo kugira ajane n’abari muri yo i Tarushishi ave imbere ya Yehova.
39 Yigiye imbere gatoyi, yubarara hasi, arasenga+ ati: “Dawe, nimba bishoboka, iki gikombe+ nikindengane. Yamara ntibibe nk’uko jewe ngomba+, mugabo bibe nk’uko wewe ugomba+.”
8 N’ikiruta ivyo, igihe yasanga ameze nk’umuntu+, yaricishije bugufi, aragamburuka gushika no ku rupfu+, egome, urupfu rwo ku giti co kubabarizwako+.