Yesaya 48:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Sohoke muve muri Babiloni+! Hunge Abakaludaya+! Nimubimenyeshe n’ijwi ry’akamo k’umunezero, muvyumvikanishe+. Nimutume bishika ku mpera y’isi+. Nimuvuge muti: “Yehova yacunguye umusavyi wiwe Yakobo+. Yeremiya 50:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Hunge muve hagati muri Babiloni, musohoke muve mu gihugu c’Abakaludaya+, mube nk’ibitungwa birongôra ibindi imbere y’umukuku+. Zakariya 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Yemwe! Yemwe! Nimuhunge muve mu gihugu co mu buraruko+,” ni ko Yehova avuze. “Kuko nabashwiragirije mu miyaga ine y’amajuru+,” ni ko Yehova avuze. Ivyahishuwe 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze numva irindi jwi rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Nimuve iwe, bantu banje+, nimba mudashaka gusangira na we ibicumuro vyiwe+, nimba kandi mudashaka kuronka ku vyago vyiwe.
20 Sohoke muve muri Babiloni+! Hunge Abakaludaya+! Nimubimenyeshe n’ijwi ry’akamo k’umunezero, muvyumvikanishe+. Nimutume bishika ku mpera y’isi+. Nimuvuge muti: “Yehova yacunguye umusavyi wiwe Yakobo+.
8 “Hunge muve hagati muri Babiloni, musohoke muve mu gihugu c’Abakaludaya+, mube nk’ibitungwa birongôra ibindi imbere y’umukuku+.
6 “Yemwe! Yemwe! Nimuhunge muve mu gihugu co mu buraruko+,” ni ko Yehova avuze. “Kuko nabashwiragirije mu miyaga ine y’amajuru+,” ni ko Yehova avuze.
4 Maze numva irindi jwi rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Nimuve iwe, bantu banje+, nimba mudashaka gusangira na we ibicumuro vyiwe+, nimba kandi mudashaka kuronka ku vyago vyiwe.