Zaburi 71:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nacitse nk’igitangaro ku bantu benshi+;Mugabo ni wewe buhungiro bwanje bukomeye+. Matayo 15:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 ku buryo iryo sinzi ryumizwa no kubona ibiragi bivuga, n’abacumbagira bagendagenda, n’impumyi zongera kubona, maze baninahaza Imana ya Isirayeli+.
31 ku buryo iryo sinzi ryumizwa no kubona ibiragi bivuga, n’abacumbagira bagendagenda, n’impumyi zongera kubona, maze baninahaza Imana ya Isirayeli+.