ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 8:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Ni nde azobatsindisha? Kristu Yezu ni we yapfuye, egome, nako ni we yazuwe mu bapfuye, akaba ari iburyo+ bw’Imana, ari na we kandi atakamba ku bwacu+.

  • Abaheburayo 7:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Kubera ico, arashoboye no gukiza rwose abariko baregera Imana biciye kuri we, kuko yama ari muzima kugira atakambe ku bwabo+.

  • Abaheburayo 9:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Ahandiho, yobwirijwe kubabara kenshi kuva kw’ishingwa+ ry’isi. Mugabo ubu yariyerekanye+ rimwe+ rizima ku nsozero y’ibihe+ kugira ngo akureho igicumuro biciye ku kimazi ciwe ubwiwe+.

  • 1 Yohani 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Bana banje bato, ndabandikiye ibi bintu ngo ntimukore igicumuro+. Yamara, nimba hagize uwukora igicumuro, turafise umufasha+ ari kumwe na Data, akaba ari Yezu Kristu, umugororotsi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika