ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 98:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Nimwihe akaruru k’intsinzi mukerekeza kuri Yehova, yemwe abo kw’isi mwese+!

      Nimugire akamwemwe, mwihe akamo k’umunezero, muhibongoze+.

  • Yesaya 44:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 “Nimwihe akamo k’umunezero, mwa majuru+, kuko Yehova yagize ico akoze+! Nimwihe akaruru k’intsinzi+, mwa bihimba vy’epfo rwose vy’isi+! Nimugire akamwemwe, mwa misozi+, n’akamo k’umunezero, wa kibira namwe biti mwese muri muri co! Kuko Yehova yacunguye Yakobo, akerekanira ubwiza bwiwe kuri Isirayeli+.”

  • Yesaya 49:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nimwihe akamo k’akamwemwe mwa majuru+, unezerwe nawe si+! Imisozi nigire akamwemwe n’akamo k’urweze+. Kuko Yehova yahojeje abantu biwe+, kandi yumvira ikigongwe abarushwa biwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika