ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 6:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kandi bagerageza gukiza bimwe vy’indenzirenzi ugusenyuka kw’abantu banje+, bakavuga bati: ‘Hari amahoro! Hari amahoro!’, kandi ata mahoro ariho+.

  • Ezekiyeli 13:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 ari bo ba bahanuzi ba Isirayeli bavuga ubuhanuzi kuri Yeruzalemu, bakerekwa iyerekwa ry’amahoro ku bwaho+, kandi ata mahoro ahari,”’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika