Yesaya 30:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Impwemu yiwe ni nk’uruzi rw’isumo rusegenyuka rukadengera gushika no kw’izosi+, kugira ngo izungagize irya n’ino amahanga ikoresheje ikiyunguruzo+ c’ibitagira mvura; kandi umujiginya+ utera kuyerera uzoba mu mibangabanga y’ibisata vy’abantu+. Zakariya 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko anyishura ati: “Iri ni ryo jambo Yehova abwiye Zerubabeli ati: ‘“Si ku bw’inteko za gisirikare+, canke ku bw’ububasha+, mugabo ni ku bw’impwemu yanje+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.
28 Impwemu yiwe ni nk’uruzi rw’isumo rusegenyuka rukadengera gushika no kw’izosi+, kugira ngo izungagize irya n’ino amahanga ikoresheje ikiyunguruzo+ c’ibitagira mvura; kandi umujiginya+ utera kuyerera uzoba mu mibangabanga y’ibisata vy’abantu+.
6 Nuko anyishura ati: “Iri ni ryo jambo Yehova abwiye Zerubabeli ati: ‘“Si ku bw’inteko za gisirikare+, canke ku bw’ububasha+, mugabo ni ku bw’impwemu yanje+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.