Yesaya 48:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ibi ni vyo Yehova avuze, Umucunguzi wawe+, wa Mweranda wa Isirayeli+: “Jewe Yehova ndi Imana yawe, Umwe akwigisha ibikwungura+, Umwe agucisha mu nzira ukwiye kugenderamwo+.
17 Ibi ni vyo Yehova avuze, Umucunguzi wawe+, wa Mweranda wa Isirayeli+: “Jewe Yehova ndi Imana yawe, Umwe akwigisha ibikwungura+, Umwe agucisha mu nzira ukwiye kugenderamwo+.