ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 30:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Yehova Imana yawe na we ntazobura kugarukana imbohe zawe+ no kukugirira imbabazi+, asubire agutororokanye agukuye mu bisata vyose vy’abantu Yehova Imana yawe yagusanzarijemwo+.

  • 1 Abami 11:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Nzotetereza uruvyaro rwa Dawidi kubera ivyo+, mugabo atari imisi yose+.’”

  • Zaburi 30:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Kuko kuba munsi y’ishavu ryiwe ari ivy’akanya gato+,

      Kuba munsi y’ubutoni bwiwe bikaba ivy’ubuzima bwose+.

      Ku mugoroba amarira yoshobora kwaka indaro+, mugabo mu gitondo hakaba akamo k’umunezero+.

  • Yesaya 12:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kandi kuri uwo musi+ ntuzobura kuvuga uti: “Nzogukengurukira, ewe Yehova, kuko naho wandurumbiye ishavu, ishavu ryawe ryahavuye risubira inyuma+, urampoza+.

  • Yesaya 54:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Naguhevye buhere akanya gatoyi+, mugabo nzokwegeraniriza hamwe mbigiranye imbabazi nyinshi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika