ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 62:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ntibizokwongera kuvugwa ko uri umugore yahebwe buhere+; kandi igihugu cawe ntikizokwongera kuvugwa ko cacitse umusaka+; mugabo wewe uzokwitwa Uwumpimbara+, igihugu cawe na co citwe Uwabiriwe. Kuko Yehova azoba yaguhimbariwe, kandi igihugu cawe kizokwabirwa+.

  • Yeremiya 32:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Nzokwigina ku bijanye na bo kugira ngo ndabagirire iciza+, kandi nzobateragira muri iki gihugu+ mu kuri, n’umutima wanje wose be n’inkomezi zanje zose.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika