Ezekiyeli 39:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “‘Nzoshira ubuninahazwa bwanje mu mahanga; kandi amahanga yose azobwirizwa kubona urubanza rwanje nzoba nashikije+, be n’ukuboko kwanje nzoba nashize muri yo+.
21 “‘Nzoshira ubuninahazwa bwanje mu mahanga; kandi amahanga yose azobwirizwa kubona urubanza rwanje nzoba nashikije+, be n’ukuboko kwanje nzoba nashize muri yo+.