Yeremiya 50:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Bakoresha umuheto n’ikobero+. Ni ba ruburakigongwe kandi ntibazogira imbabazi+. Urwamo rwabo rumeze nk’ikiyaga gisebagirika+, kandi bazogendera ku mafarasi+; batonze nk’umuntu umwe kugira ngo bakurwanye, ewe mukobwa wa Babiloni+!
42 Bakoresha umuheto n’ikobero+. Ni ba ruburakigongwe kandi ntibazogira imbabazi+. Urwamo rwabo rumeze nk’ikiyaga gisebagirika+, kandi bazogendera ku mafarasi+; batonze nk’umuntu umwe kugira ngo bakurwanye, ewe mukobwa wa Babiloni+!