2 Ngoma 12:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ari kumwe n’imikogote+ igihumbi n’amajana abiri n’abagendera ku mafarasi ibihumbi mirongo itandatu; abantu bazananye na we bavuye mu Misiri, ni ukuvuga Abanyalibiya+, Abasukiyimu n’Abanyetiyopiya+, ntibaharurika+. 2 Ngoma 14:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mu nyuma, Zera Umunyetiyopiya+ asohoka kubatera ari kumwe n’inteko za gisirikare umuliyoni+ n’imikogote amajana atatu, hanyuma araza gushika i Maresha+. 2 Ngoma 16:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mbega Abanyetiyopiya+ n’Abanyalibiya+ ntibari inteko za gisirikare zikomeye cane uravye ubwinshi, imikogote n’abagendera ku mafarasi+? Yamara, kubera ko wishimikije Yehova, ntiyabatanze none mu kuboko kwawe+?
3 ari kumwe n’imikogote+ igihumbi n’amajana abiri n’abagendera ku mafarasi ibihumbi mirongo itandatu; abantu bazananye na we bavuye mu Misiri, ni ukuvuga Abanyalibiya+, Abasukiyimu n’Abanyetiyopiya+, ntibaharurika+.
9 Mu nyuma, Zera Umunyetiyopiya+ asohoka kubatera ari kumwe n’inteko za gisirikare umuliyoni+ n’imikogote amajana atatu, hanyuma araza gushika i Maresha+.
8 Mbega Abanyetiyopiya+ n’Abanyalibiya+ ntibari inteko za gisirikare zikomeye cane uravye ubwinshi, imikogote n’abagendera ku mafarasi+? Yamara, kubera ko wishimikije Yehova, ntiyabatanze none mu kuboko kwawe+?