Ezekiyeli 30:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Imigende ya Nili+ nzoyigira ubutaka bwumutse, ngurishe igihugu mu kuboko kw’abantu babi+, igihugu be n’ibicuzuyemwo vyose ntume bigirwa umusaka n’ukuboko kw’ab’ahandi+. Jewe Yehova, ndavuze+.’ Zakariya 10:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Azoca mu kiyaga kigire amarushwa+; azokubita vy’ukuri imipfunda mu kiyaga+, kandi ibwina ha Nili hose hazokama+. Ubwishime bwa Ashuri buzoshirwa hasi+, kandi agakoni k’ubutware+ ka Misiri kazovaho+.
12 Imigende ya Nili+ nzoyigira ubutaka bwumutse, ngurishe igihugu mu kuboko kw’abantu babi+, igihugu be n’ibicuzuyemwo vyose ntume bigirwa umusaka n’ukuboko kw’ab’ahandi+. Jewe Yehova, ndavuze+.’
11 Azoca mu kiyaga kigire amarushwa+; azokubita vy’ukuri imipfunda mu kiyaga+, kandi ibwina ha Nili hose hazokama+. Ubwishime bwa Ashuri buzoshirwa hasi+, kandi agakoni k’ubutware+ ka Misiri kazovaho+.