Yesaya 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umve! Isinzi mu misozi, ikintu womengo ni igisata c’abantu benshi+! Umve! Intureka y’ubwami, y’amahanga akoraniye hamwe+! Yehova nyen’ingabo ariko yegeranya ingabo z’intambara+. Yesaya 13:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Imiheto yabo izomenagura n’imisore+. Kandi nta kigongwe bazogirira ivyamwa vy’inda+; nta kagongwe ijisho ryabo rizokwumvira abana.
4 Umve! Isinzi mu misozi, ikintu womengo ni igisata c’abantu benshi+! Umve! Intureka y’ubwami, y’amahanga akoraniye hamwe+! Yehova nyen’ingabo ariko yegeranya ingabo z’intambara+.
18 Imiheto yabo izomenagura n’imisore+. Kandi nta kigongwe bazogirira ivyamwa vy’inda+; nta kagongwe ijisho ryabo rizokwumvira abana.