Abalewi 26:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Muzobwirizwa rero kurya inyama z’abahungu banyu, kandi muzorya inyama z’abakobwa banyu+. Gusubira mu vyagezwe 28:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 Maze uzobwirizwa kurya icamwa c’inda yawe, inyama z’abahungu bawe n’abakobwa bawe+ Yehova Imana yawe yaguhaye, bitewe n’ugusugerezwa be n’amaganya umwansi wawe azogusatiriza. Yesaya 9:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Umuntu azokeba iburyo, ariko ntazobura gusonza; umuntu azorya ibubamfu, ariko ntibazogenda bahaze+. Umwe wese muri bo azorya inyama z’ukuboko kwiwe+, Gucura intimba 2:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ewe Yehova, raba, witegereze+ uwo wamereye nabi gutya.Mbega abagore babandanye kurya icamwa cabo, abana bavukanye amagara meza+,Canke umuherezi n’umuhanuzi bicirwe aheranda ha Yehova+? Gucura intimba 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Amaboko y’abagore b’abanyempuhwe yatetse abana babo+.Babereye abantu nk’umukate w’uruhoza mu gihe c’ugusenyuka kw’umukobwa w’abantu banje+. Ezekiyeli 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “‘“Ni co gituma ba se bazorya abana babo hagati muri wewe+, abana na bo barye ba se, kandi nzoshitsa imanza muri wewe, igisigarira cawe cose ndagisanzarize mu miyaga yose+.”’
53 Maze uzobwirizwa kurya icamwa c’inda yawe, inyama z’abahungu bawe n’abakobwa bawe+ Yehova Imana yawe yaguhaye, bitewe n’ugusugerezwa be n’amaganya umwansi wawe azogusatiriza.
20 Umuntu azokeba iburyo, ariko ntazobura gusonza; umuntu azorya ibubamfu, ariko ntibazogenda bahaze+. Umwe wese muri bo azorya inyama z’ukuboko kwiwe+,
20 Ewe Yehova, raba, witegereze+ uwo wamereye nabi gutya.Mbega abagore babandanye kurya icamwa cabo, abana bavukanye amagara meza+,Canke umuherezi n’umuhanuzi bicirwe aheranda ha Yehova+?
10 Amaboko y’abagore b’abanyempuhwe yatetse abana babo+.Babereye abantu nk’umukate w’uruhoza mu gihe c’ugusenyuka kw’umukobwa w’abantu banje+.
10 “‘“Ni co gituma ba se bazorya abana babo hagati muri wewe+, abana na bo barye ba se, kandi nzoshitsa imanza muri wewe, igisigarira cawe cose ndagisanzarize mu miyaga yose+.”’