ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Muzobwirizwa rero kurya inyama z’abahungu banyu, kandi muzorya inyama z’abakobwa banyu+.

  • Gusubira mu vyagezwe 28:55
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 55 kugira ntihagire n’umwe aha na gatoyi ku nyama z’abana biwe azorya, kuko ata kintu namba azoba asigaranye kubera ugusugerezwa be n’amaganya umwansi wawe azogusatiriza mu marembo yawe yose+.

  • Gucura intimba 2:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ewe Yehova, raba, witegereze+ uwo wamereye nabi gutya.

      Mbega abagore babandanye kurya icamwa cabo, abana bavukanye amagara meza+,

      Canke umuherezi n’umuhanuzi bicirwe aheranda ha Yehova+?

  • Gucura intimba 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Mbere n’imbwebwe zahereje ivyana vyazo amabere. Zonkeje ivyana vyazo.

      Umukobwa w’abantu banje asigaye ari ruburakigongwe+, nk’ibinyoni vyitwa imbuni mu gahinga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika