Abalewi 26:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Muzobwirizwa rero kurya inyama z’abahungu banyu, kandi muzorya inyama z’abakobwa banyu+. Gusubira mu vyagezwe 28:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 Maze uzobwirizwa kurya icamwa c’inda yawe, inyama z’abahungu bawe n’abakobwa bawe+ Yehova Imana yawe yaguhaye, bitewe n’ugusugerezwa be n’amaganya umwansi wawe azogusatiriza. Yeremiya 19:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nzobarisha inyama z’abahungu babo n’inyama z’abakobwa babo; kandi umwe wese azorya inyama za mugenziwe, bitewe n’ugusugerezwa be n’amaganya abansi babo be n’abarondera ubuzima bwabo bazobasatiriza+.”’ Gucura intimba 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Amaboko y’abagore b’abanyempuhwe yatetse abana babo+.Babereye abantu nk’umukate w’uruhoza mu gihe c’ugusenyuka kw’umukobwa w’abantu banje+.
53 Maze uzobwirizwa kurya icamwa c’inda yawe, inyama z’abahungu bawe n’abakobwa bawe+ Yehova Imana yawe yaguhaye, bitewe n’ugusugerezwa be n’amaganya umwansi wawe azogusatiriza.
9 Nzobarisha inyama z’abahungu babo n’inyama z’abakobwa babo; kandi umwe wese azorya inyama za mugenziwe, bitewe n’ugusugerezwa be n’amaganya abansi babo be n’abarondera ubuzima bwabo bazobasatiriza+.”’
10 Amaboko y’abagore b’abanyempuhwe yatetse abana babo+.Babereye abantu nk’umukate w’uruhoza mu gihe c’ugusenyuka kw’umukobwa w’abantu banje+.