ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 36:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Atangura guturira inzu y’Imana+ y’ukuri yongera asiturira hasi uruhome+ rwa Yeruzalemu; iminara yaho yo kubamwo yose bayituriza umuriro, be n’ibintu vyaho vyose bihimbaye+, kugira bahayogeze+.

  • Yeremiya 17:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 “‘“Mugabo nimutangamburukira mu kweza umusi w’isabato no mu kudatwara umutwaro+, ariko mukawinjirana muciye mu marembo ya Yeruzalemu ku musi w’isabato, nzodomeka rero umuriro mu marembo yiwe+, maze urigate koko iminara yo kubamwo ya Yeruzalemu+, kandi ntuzozima+.”’”

  • Yeremiya 34:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Genda ubwire Zedekiya umwami wa Yuda+, egome, umubwire uti: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Ehe ngira ntange iki gisagara mu kuboko kw’umwami wa Babiloni+, na we azogituriza koko umuriro+.

  • Yeremiya 37:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko naho mwoba mwatikije inteko za gisirikare zose z’Abakaludaya ziriko zibarwanya+ hagasigara muri bo abagabo batobekeranijwe+, bohaguruka umwe wese mw’ihema ryiwe, bagaturiza koko iki igisagara umuriro.”’”

  • Yeremiya 39:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi Abakaludaya baturiza umuriro inzu y’umwami n’amazu y’abantu+ bongera basiturira hasi impome za Yeruzalemu+.

  • Yeremiya 52:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Maze aturira inzu ya Yehova+ n’inzu y’umwami n’amazu yose y’i Yeruzalemu+; kandi inzu yose ihambaye ayituriza umuriro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika