Zaburi 77:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mbega Yehova azoguma ashibura gushika igihe kitagira urugero+,Ntiyongere gushimishwa+? Zaburi 103:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ntazoguma atora amahinyu ibihe vyose+,Eka ntazogumana inzika gushika igihe kitagira urugero+. Yesaya 57:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko ntazonigana gushika igihe kitagira urugero, canke ngo ngume ndakaye ibihe vyose+; kuko impwemu ubwayo yoregera+ kubera jewe, egome, ibiremwa bihumeka jewe ubwanje nakoze+. Yesaya 64:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ewe Yehova, nturakare bimwe birenze+, kandi ntiwibuke ikosa ryacu ibihe bidahera+. Ehe raba, turakwinginze: twese turi abantu bawe+.
16 Kuko ntazonigana gushika igihe kitagira urugero, canke ngo ngume ndakaye ibihe vyose+; kuko impwemu ubwayo yoregera+ kubera jewe, egome, ibiremwa bihumeka jewe ubwanje nakoze+.
9 Ewe Yehova, nturakare bimwe birenze+, kandi ntiwibuke ikosa ryacu ibihe bidahera+. Ehe raba, turakwinginze: twese turi abantu bawe+.