Yesaya 23:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maramara, Sidoni+ we! Kuko ikiyaga, ewe gihome gikomeye c’ikiyaga, cavuze giti: “Sinagize ububabare bwo kwibaruka, kandi sinibarutse, eka sinareze abasore, sinakujije abigeme b’isugi+.” Yeremiya 25:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 n’abami bose ba Tiro+ n’abami bose ba Sidoni+ n’abami b’izinga riri mu karere k’ikiyaga; Ezekiyeli 28:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Mwana w’umuntu, erekeza mu maso hawe i Sidoni+, uvuge ubuhanuzi bwo kuhagiriza. Yoweli 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Namwe none, muhuriye ku ki nanje ga yemwe Tiro na Sidoni+ na mwebwe turere twa Filisitiya+? Mbega ivyo ni vyo mungirira nka yo mpembo mumpaye? Nimba ivyo ari vyo mungirira, nzobibishura ningoga, bimwe vyihuta, muvyikorere ku mitwe yanyu+.
4 Maramara, Sidoni+ we! Kuko ikiyaga, ewe gihome gikomeye c’ikiyaga, cavuze giti: “Sinagize ububabare bwo kwibaruka, kandi sinibarutse, eka sinareze abasore, sinakujije abigeme b’isugi+.”
4 “Namwe none, muhuriye ku ki nanje ga yemwe Tiro na Sidoni+ na mwebwe turere twa Filisitiya+? Mbega ivyo ni vyo mungirira nka yo mpembo mumpaye? Nimba ivyo ari vyo mungirira, nzobibishura ningoga, bimwe vyihuta, muvyikorere ku mitwe yanyu+.