ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 47:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 kubera umusi uje kunyaga Abafilisitiya bose+, kurandura muri Tiro+ no muri Sidoni+ uwacitse kw’icumu wese yariko arafasha+. Kuko Yehova agira anyage Abafilisitiya+, ari bo masigarira yo kw’izinga rya Kafutori+.

  • Ezekiyeli 25:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ko Abafilisitiya bakoze ivyo kwihora+, bakaguma bihorana ukwihora kw’akagaye ko mu mutima, kugira ngo batere agatikizo+, bivuye ku nyankane y’igihe kitagira urugero+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika