ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 23:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ijambo ryamenyeshejwe kuri Tiro+: Nimuboroge, mwa meri z’i Tarushishi+! Kuko hanyazwe ntihasubire kuba ikivuko, ntihasubire kuba aho kwinjira+. Babihishuriwe bivuye mu gihugu ca Kitimu+.

  • Yeremiya 25:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 n’abami bose ba Tiro+ n’abami bose ba Sidoni+ n’abami b’izinga riri mu karere k’ikiyaga;

  • Ezekiyeli 26:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Mwana w’umuntu, ko Tiro+ yavuze kuri Yeruzalemu ngo+: ‘Ahaa! Yasenyuwe+, umwe yari inzugi z’ibisata vy’abantu+! Ibintu ntibizobura guhindukirira iwanje. Ngiye kwuzuzwa; erega yatikijwe+,’

  • Yoweli 3:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “Namwe none, muhuriye ku ki nanje ga yemwe Tiro na Sidoni+ na mwebwe turere twa Filisitiya+? Mbega ivyo ni vyo mungirira nka yo mpembo mumpaye? Nimba ivyo ari vyo mungirira, nzobibishura ningoga, bimwe vyihuta, muvyikorere ku mitwe yanyu+.

  • Amosi 1:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Kubera imigararizo itatu ya Tiro+, kandi kubera ine, sinzobisubiza inyuma, kuko bagabuye kuri Edomu umugwi ukwiye w’abagizwe inyagano, no kubera ko batibutse isezerano ry’abavukana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika