Yesaya 23:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maramara, Sidoni+ we! Kuko ikiyaga, ewe gihome gikomeye c’ikiyaga, cavuze giti: “Sinagize ububabare bwo kwibaruka, kandi sinibarutse, eka sinareze abasore, sinakujije abigeme b’isugi+.” Yeremiya 27:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uze ubirungikire umwami wa Edomu+, n’umwami wa Mowabu+, n’umwami wa bene Amoni+, n’umwami wa Tiro+, n’umwami wa Sidoni+, biciye mu kuboko kw’intumwa ziza i Yeruzalemu kuri Zedekiya umwami wa Yuda. Ezekiyeli 28:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Mwana w’umuntu, erekeza mu maso hawe i Sidoni+, uvuge ubuhanuzi bwo kuhagiriza.
4 Maramara, Sidoni+ we! Kuko ikiyaga, ewe gihome gikomeye c’ikiyaga, cavuze giti: “Sinagize ububabare bwo kwibaruka, kandi sinibarutse, eka sinareze abasore, sinakujije abigeme b’isugi+.”
3 Uze ubirungikire umwami wa Edomu+, n’umwami wa Mowabu+, n’umwami wa bene Amoni+, n’umwami wa Tiro+, n’umwami wa Sidoni+, biciye mu kuboko kw’intumwa ziza i Yeruzalemu kuri Zedekiya umwami wa Yuda.