ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 23:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ijambo ryamenyeshejwe kuri Tiro+: Nimuboroge, mwa meri z’i Tarushishi+! Kuko hanyazwe ntihasubire kuba ikivuko, ntihasubire kuba aho kwinjira+. Babihishuriwe bivuye mu gihugu ca Kitimu+.

  • Yeremiya 47:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 kubera umusi uje kunyaga Abafilisitiya bose+, kurandura muri Tiro+ no muri Sidoni+ uwacitse kw’icumu wese yariko arafasha+. Kuko Yehova agira anyage Abafilisitiya+, ari bo masigarira yo kw’izinga rya Kafutori+.

  • Ezekiyeli 26:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ngira nkurwanye, ewe Tiro, kandi nzodugana amahanga menshi akurwanye+, nk’uko ikiyaga kiduza imipfunda yaco+.

  • Amosi 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nanje nzorungika umuriro ku ruhome rwa Tiro, urigate iminara yaho yo kubamwo+.’

  • Zakariya 9:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Tiro yiyubakiye igikuta, yirundira ifeza nk’umukungugu be n’inzahabu nk’urwondo rwo mu mabarabara+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika