ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 10:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Maze impwemu+ ya Yehova ica itangura gukorera kuri wewe, nawe uravuga koko bwa muhanuzi+ uri kumwe na bo kandi urahindurwa ugirwe uwundi muntu.

  • 1 Samweli 19:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Sauli aca atuma intumwa gufata Dawidi. Zibonye abitereye mu myaka bo mu bahanuzi bariko baravuga ubuhanuzi, na Samweli ahagaze ng’aho mw’ibango ryiwe, abahagarariye, impwemu+ y’Imana iza kuri izo ntumwa za Sauli, maze zitangura kwifata nk’abahanuzi+ na zo nyene.

  • Yeremiya 43:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Azariya mwene Hoshaya+ na Yohanani+ mwene Kareya n’abagabo bose bita imbere+, babwira Yeremiya bati: “Uvuze ikinyoma+. Yehova Imana yacu ntiyagutumye kuvuga ngo: ‘Ntimwinjire mu Misiri kubayo muri ba kavamahanga+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika