ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gucura intimba 1:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Jewe umugore, ivyo bintu ni vyo biriko bindiza+. Ijisho ryanje, ijisho ryanje ririko ritemba amazi+.

      Kuko umuhoza yabaye kure yanje, uwohembura umutima wanje.

      Abana banje bagizwe umusaka+, kuko umwansi yihambaje+.

  • Matayo 2:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Maze Herodi, abonye ko ba bantu baragurira ku nyenyeri bamuhenze arashangashirwa cane, atuma abantu, bica abana bose b’abahungu b’i Betelehemu no mu ntara zaho zose, kuva ku wumaze imyaka ibiri kumanuka, yisunze igihe yari yabaririkije avyitondeye kuri ba bantu baragurira ku nyenyeri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika