Hoseya 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yehova yongera kumbwira ati: “Subira ugende, ukunde umugore akundwa n’uwundi mugabo+ kandi arenga ibigo, nk’uko Yehova akunda bene Isirayeli+ ariko bo bakitura izindi mana+ kandi bagakunda udutsima tw’inzabibu zumye+.”
3 Yehova yongera kumbwira ati: “Subira ugende, ukunde umugore akundwa n’uwundi mugabo+ kandi arenga ibigo, nk’uko Yehova akunda bene Isirayeli+ ariko bo bakitura izindi mana+ kandi bagakunda udutsima tw’inzabibu zumye+.”