Gusubira mu vyagezwe 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Kuba Yehova yarabakunze ku buryo abatora, si uko ari mwe mwari benshi kuruta mu bisata vyose vy’abantu+, kuko ari mwe mwari bake kuruta mu bisata vyose+. Abacamanza 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko batangura gukura imana z’inyamahanga hagati yabo+ no gukorera Yehova+, ku buryo ubwiwe+ vyanka ko yihangana kubera ivyago vya Isirayeli+. 2 Abami 13:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ariko Yehova abagirira ubutoni+ yongera abagirira imbabazi+, abasubizako agatima ku bw’isezerano+ yagiranye na Aburahamu+ na Izahaki+ na Yakobo+; ntiyashaka kubahonya+, kandi ntiyabata ngo bave imbere y’amaso yiwe, gushika n’ubu. Zaburi 106:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Yaribuka ku biberekeye isezerano ryiwe+,Akumva yicujije, nk’uko umurengera w’ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe buhambaye uri+.
7 “Kuba Yehova yarabakunze ku buryo abatora, si uko ari mwe mwari benshi kuruta mu bisata vyose vy’abantu+, kuko ari mwe mwari bake kuruta mu bisata vyose+.
16 Nuko batangura gukura imana z’inyamahanga hagati yabo+ no gukorera Yehova+, ku buryo ubwiwe+ vyanka ko yihangana kubera ivyago vya Isirayeli+.
23 Ariko Yehova abagirira ubutoni+ yongera abagirira imbabazi+, abasubizako agatima ku bw’isezerano+ yagiranye na Aburahamu+ na Izahaki+ na Yakobo+; ntiyashaka kubahonya+, kandi ntiyabata ngo bave imbere y’amaso yiwe, gushika n’ubu.
45 Yaribuka ku biberekeye isezerano ryiwe+,Akumva yicujije, nk’uko umurengera w’ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe buhambaye uri+.