Yeremiya 7:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Abana batoragura inkwi, ba se bagacana umuriro, abagore na bo bagacumba igicumbe kugira ngo bakorere udutsima tw’ikimazi ‘umwamikazi w’amajuru+’; kandi barasukira izindi mana amashikanwa y’ikinyobwa+ kugira ngo bambabaze+.
18 Abana batoragura inkwi, ba se bagacana umuriro, abagore na bo bagacumba igicumbe kugira ngo bakorere udutsima tw’ikimazi ‘umwamikazi w’amajuru+’; kandi barasukira izindi mana amashikanwa y’ikinyobwa+ kugira ngo bambabaze+.