Yesaya 48:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Vyongeye, ntiwumvise+, eka ntiwamenye, eka kandi kuva ico gihe ugutwi kwawe ntikwuguruwe. Kuko nzi neza yuko wagumye vy’ukuri uhemuka+, ukitwa ‘umugabitanyi kuva uvuye mu nda+.’ Yeremiya 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko inzu ya Isirayeli n’inzu ya Yuda zampemukiye koko,” ni ko Yehova avuze+. Hoseya 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bahemukiye Yehova ubwiwe+, kuko bavyaye abana b’ahandi+. Ubu rero mu kwezi kumwe bazorotsanywa n’imigabane yabo+. Hoseya 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ariko bo, nk’umuntu yakuwe mw’ivu, barahonyanze rya sezerano+. Aho ni ho bampemukiriye+. Malaki 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yuda yarahemutse, kandi muri Isirayeli be n’i Yeruzalemu hakozwe ikintu giteye ishishi+; kuko Yuda yahumanije ubweranda bwa Yehova+, ubwo iyo Mana yakunda, kandi yatwaye umukobwa w’imana y’inyamahanga ngo amubere umugeni+.
8 “Vyongeye, ntiwumvise+, eka ntiwamenye, eka kandi kuva ico gihe ugutwi kwawe ntikwuguruwe. Kuko nzi neza yuko wagumye vy’ukuri uhemuka+, ukitwa ‘umugabitanyi kuva uvuye mu nda+.’
7 Bahemukiye Yehova ubwiwe+, kuko bavyaye abana b’ahandi+. Ubu rero mu kwezi kumwe bazorotsanywa n’imigabane yabo+.
11 Yuda yarahemutse, kandi muri Isirayeli be n’i Yeruzalemu hakozwe ikintu giteye ishishi+; kuko Yuda yahumanije ubweranda bwa Yehova+, ubwo iyo Mana yakunda, kandi yatwaye umukobwa w’imana y’inyamahanga ngo amubere umugeni+.