Zaburi 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ubukiriro ni ubwa Yehova+.Umuhezagiro wawe uri ku bantu bawe+. Sela. Zaburi 37:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Ubukiriro bw’abagororotsi buva kuri Yehova+;Ni we ababera iboma mu gihe c’amarushwa+. Yesaya 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Raba! Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzokwizigira singire ubwoba+; kuko Ya* Yehova ari we nkomezi+ zanje n’ubushobozi+ bwanje, kandi yacitse ubukiriro bwanje+.” Yohani 4:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mwebwe musenga ico mutazi+; twebwe dusenga ico tuzi, kubera ko ubukiriro bukomoka ku Bayuda+.
2 Raba! Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzokwizigira singire ubwoba+; kuko Ya* Yehova ari we nkomezi+ zanje n’ubushobozi+ bwanje, kandi yacitse ubukiriro bwanje+.”