ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Namwe nzobasanzaza mu mahanga+, kandi nzosokora inkota mu rwubati inyuma yanyu+. Igihugu canyu kizotegerezwa gucika umusaka+, ibisagara vyanyu na vyo bicike ibihomvagurike.

  • Gusubira mu vyagezwe 29:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Ku bw’ivyo, Yehova yarabaranduranye n’imizi ku butaka bwabo n’ishavu+ n’ubushangashirwe n’uburakari bukaze, abajugunyira mu kindi gihugu nk’uko biri uyu musi+.’

  • Yeremiya 9:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Yeruzalemu nzoyihindura ibirundo vy’amabuye+, aho imbwebwe zitaha+; ibisagara vya Yuda na vyo nzobihindura igiharabuga, aho ata muntu aba+.

  • Yeremiya 44:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: ‘Mwarabonye ivyago vyose nateje Yeruzalemu+ n’ibisagara vyose vya Yuda, none ehe uyu musi bisigaye ari ikibanza catikijwe, kandi nta muntu aba muri vyo+.

  • Mika 7:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Emwe, igihugu kizocika igiharabuga kubera abakibamwo, kubera icamwa c’ibikorwa vyabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika