ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 23:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Vyongeye, Farawo Neko yimika Eliyakimu+ mwene Yosiya ngo abe umwami mu kibanza ca Yosiya se wiwe, maze ahindura izina ryiwe riba Yehoyakimu; nuko afata Yehowahazi amujana mu Misiri, ari na ho yahavuye apfira+.

  • 2 Ngoma 36:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Yehoyakimu+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’itanu igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka cumi n’umwe aganza i Yeruzalemu+; abandanya gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova Imana yiwe+.

  • Daniyeli 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 1 Mu mwaka ugira gatatu w’ingoma ya Yehoyakimu+ umwami wa Yuda, Nebukadinezari umwami wa Babiloni aza i Yeruzalemu, atangura kuhasugereza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika