ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 9:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 “Ariko baragambaraye+, barakugarariza+, baguma bashiburira itegeko ryawe inyuma yabo+, kandi bica abahanuzi bawe+ bashinze intahe babagiriza kugira babagarukane kuri wewe+; babandanya gukora ibikorwa vy’akagaye gakomeye+.

  • Nehemiya 9:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Mugabo warabihanganiye imyaka myinshi+, uguma ushinga intahe+ ubagiriza ukoresheje impwemu yawe, biciye ku bahanuzi bawe, mugabo ntibateze ugutwi+. Amaherezo warabatanze mu kuboko kw’ibisata vy’abantu vy’ibihugu+.

  • Yesaya 30:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kuko ari igisata c’ikigarariji+, abana b’ababeshi+, abana batashatse kwumva itegeko rya Yehova+;

  • Yeremiya 7:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Mugabo ntibumvirije, canke ngo batege ugutwi+, ariko bagendeye mu nama zabo, mu kagagazo k’umutima wabo mubi+, ku buryo basubira inyuma, aho kuja imbere+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika