Yosuwa 18:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 na Zela+, Ha-elefu na Yebusi, ari yo Yeruzalemu+, na Gibeya+ na Kiriyati; ibisagara cumi na bine n’imihana irundanye ibikukira. Iyo ni yo yabaye intoranwa ya bene Benyamini hakurikijwe imiryango yabo+. Yeremiya 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Amajambo ya Yeremiya+ mwene Hilikiya, umwe mu baherezi bari i Anatoti+ mu gihugu ca Benyamini+,
28 na Zela+, Ha-elefu na Yebusi, ari yo Yeruzalemu+, na Gibeya+ na Kiriyati; ibisagara cumi na bine n’imihana irundanye ibikukira. Iyo ni yo yabaye intoranwa ya bene Benyamini hakurikijwe imiryango yabo+.