2 Abami 25:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nayo abantu+ bari barasigajwe mu gihugu ca Yuda, abo Nebukadinezari umwami wa Babiloni yari yarasigaje, abagenera rero Gedaliya+ mwene Ahikamu+, Ahikamu mwene Shafani+, ngo abaganze. Yeremiya 39:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 egome, batuma gutora Yeremiya mu Kigo c’Abarinzi+ maze bamushikiriza Gedaliya+ mwene Ahikamu+, Ahikamu mwene Shafani+, kugira ngo amujane mu nzu yiwe, kugira abe hagati mu bantu. Yeremiya 41:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ishimayeli mwene Netaniya na nya bagabo cumi bari kumwe na we barahaguruka rero, bicisha inkota Gedaliya mwene Ahikamu, Ahikamu mwene Shafani+. Gutyo yica uwo umwami wa Babiloni yari yajeje kuganza igihugu+.
22 Nayo abantu+ bari barasigajwe mu gihugu ca Yuda, abo Nebukadinezari umwami wa Babiloni yari yarasigaje, abagenera rero Gedaliya+ mwene Ahikamu+, Ahikamu mwene Shafani+, ngo abaganze.
14 egome, batuma gutora Yeremiya mu Kigo c’Abarinzi+ maze bamushikiriza Gedaliya+ mwene Ahikamu+, Ahikamu mwene Shafani+, kugira ngo amujane mu nzu yiwe, kugira abe hagati mu bantu.
2 Ishimayeli mwene Netaniya na nya bagabo cumi bari kumwe na we barahaguruka rero, bicisha inkota Gedaliya mwene Ahikamu, Ahikamu mwene Shafani+. Gutyo yica uwo umwami wa Babiloni yari yajeje kuganza igihugu+.