Yeremiya 43:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Azoza ata kabuza, asasike igihugu ca Misiri+. Uwugenewe ikiza cica azoja ku kiza cica, uwugenewe kugirwa imbohe, azoja kugirwa imbohe, uwugenewe inkota na we azoja ku nkota+. Ezekiyeli 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Kubita amashi ku yandi+ wongere udide ikirenge, uvuge ngo “Ayayaa!”, kubera ibintu vyose bibi biteye ishishi vy’inzu ya Isirayeli+, kuko bazogwishwa n’inkota+ n’ikigoyi+ be n’ikiza+.
11 Azoza ata kabuza, asasike igihugu ca Misiri+. Uwugenewe ikiza cica azoja ku kiza cica, uwugenewe kugirwa imbohe, azoja kugirwa imbohe, uwugenewe inkota na we azoja ku nkota+.
11 “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Kubita amashi ku yandi+ wongere udide ikirenge, uvuge ngo “Ayayaa!”, kubera ibintu vyose bibi biteye ishishi vy’inzu ya Isirayeli+, kuko bazogwishwa n’inkota+ n’ikigoyi+ be n’ikiza+.