2 Ngoma 35:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Inyuma y’ivyo vyose, Yosiya amaze gutegura inzu, Neko+ umwami wa Misiri+ aduga kurwana i Karikemishi+ iruhande ya Efurate. Maze Yosiya+ asohoka guhura na we+.
20 Inyuma y’ivyo vyose, Yosiya amaze gutegura inzu, Neko+ umwami wa Misiri+ aduga kurwana i Karikemishi+ iruhande ya Efurate. Maze Yosiya+ asohoka guhura na we+.