1 Abami 20:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Umwami wa Isirayeli na we arishura, avuga ati: “Mumubwire muti: ‘Uwukenyera+ ibirwanisho ntiyirate nk’uwubikenyurura+.’” Imigani 12:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ukuboko kw’abanyamwete ni kwo kuzoganza+, mugabo ukuboko kw’ubute kuzoba ukwo gukora ibikorwa vy’agahato+. Umusiguzi 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 igihe co gukunda n’igihe co kwanka+; igihe c’intambara+ n’igihe c’amahoro+.
11 Umwami wa Isirayeli na we arishura, avuga ati: “Mumubwire muti: ‘Uwukenyera+ ibirwanisho ntiyirate nk’uwubikenyurura+.’”
24 Ukuboko kw’abanyamwete ni kwo kuzoganza+, mugabo ukuboko kw’ubute kuzoba ukwo gukora ibikorwa vy’agahato+.