Yeremiya 45:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ‘Wavuze uti: “Ndagowe rero+, kuko Yehova yongeye intuntu ku mubabaro wanje! Ndambiwe n’ukuniha kwanje, kandi sinaronse ahantu h’ukuruhukira+.”’ Ezekiyeli 23:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Nya shengero rizobatera amabuye koko+, batemaguzwe inkota zabo. Bazokwica abahungu babo n’abakobwa babo+, amazu yabo na yo bayaturize umuriro+.
3 ‘Wavuze uti: “Ndagowe rero+, kuko Yehova yongeye intuntu ku mubabaro wanje! Ndambiwe n’ukuniha kwanje, kandi sinaronse ahantu h’ukuruhukira+.”’
47 Nya shengero rizobatera amabuye koko+, batemaguzwe inkota zabo. Bazokwica abahungu babo n’abakobwa babo+, amazu yabo na yo bayaturize umuriro+.