Yeremiya 48:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kubera ko wizigira ibikorwa vyawe n’amatunga yawe, na wewe uzofatwa+. Kandi Kemoshi+ izoja koko mu bunyagano+, abaherezi bayo n’abaganwa bayo icarimwe+. Amosi 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi umwami wabo azoja mu bunyagano ata kabuza, ajane n’abaganwa biwe+,” ni ko Yehova avuze.’
7 Kubera ko wizigira ibikorwa vyawe n’amatunga yawe, na wewe uzofatwa+. Kandi Kemoshi+ izoja koko mu bunyagano+, abaherezi bayo n’abaganwa bayo icarimwe+.