Habakuki 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nabonye amahema ya Kushi ari mu marushwa. Ibitambara vy’amahema vy’igihugu ca Midiyani+ bitangura guhinda agashitsi+.
7 Nabonye amahema ya Kushi ari mu marushwa. Ibitambara vy’amahema vy’igihugu ca Midiyani+ bitangura guhinda agashitsi+.