ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 51:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Yehova nyen’ingabo arirahiye+ ati: ‘Wewe nzokwuzuza abantu, nk’inzige+, na bo bazokuririmbako akaruru+.’

  • Yeremiya 51:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 “Ehe ngira nkurwanye+, ewe musozi uhonya+,” ni ko Yehova avuze, “wewe uhonya isi yose+; nzokubangurira ukuboko, ndagutembagaze ngukuye mu bitare, ndakugire umusozi wahiye ugatokombera+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika