Zaburi 137:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ewe mukobwa wa Babiloni ubwirizwa kunyagwa+,Azoba ahiriwe uwuzoguhemba+Akakugirira uko ubwawe watugiriye+. 2 Abatesalonika 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko ari ibigororotse ku Mana kwishura amakuba abayabateza+, Ivyahishuwe 18:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mumwishure nk’uko na we yishuye+, kandi mumugerere kabiri, egome, kabiri igitigiri c’ivyo yakoze+; mu gikombe+ yashizemwo ikivange mumushiriremwo kabiri+ nya kivange+.
8 Ewe mukobwa wa Babiloni ubwirizwa kunyagwa+,Azoba ahiriwe uwuzoguhemba+Akakugirira uko ubwawe watugiriye+.
6 Mumwishure nk’uko na we yishuye+, kandi mumugerere kabiri, egome, kabiri igitigiri c’ivyo yakoze+; mu gikombe+ yashizemwo ikivange mumushiriremwo kabiri+ nya kivange+.